UBM News ads UBM News ads
Friday, May 24, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Niwirabire hano ukuntu Perezida wa Kenya yakiriwe muburyo budasanzwe avuye kwitaba sentare mpuzamakungu mpanavyaha ( ICC )

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Uno musi niho umukuru w’igihugu ca Kenya ” Uhuru Kenyatta ” yongeye kugaruka mu gihugu ciwe avuye kwitaba sentare mpuzamakungu mpanavyaha ( ICC )

Perezida Uhuru Kenyatta yagarutse muri Kenya maze yakirwa muburyo budasanzwe , mu banyagihugu bose aho yagenda araca bagenda baraduza amaboko n’amadarapo y’igihugu cabo berekana ko bashigikiye Perezida wabo bitoreye, Kenyatta nawe yemeje abanyagihugu biwe ko adatewe ubwoba nivyo aregwa kuko ari Umwere.

Raba amafoto hano y’ukuntu yakiriwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments