N’ishavu ry’inshi cane, umuvugizi wa CNDD FDD yiyamirije ubumwe bwa Buraya ” Umviriza hano AUDIO

0

Inyuma yaho ubumwe bwa buraya bufatiye ibihano abantu 4 mubagize umugambwe uri kubutegetsi CNDD FDD ,umuvugizi w’uwo mugambwe yaciye asohora urwandiko rugizwe n’ingingo 12 ,inyuma yisohorwa ry’urwo rwandiko benshi bakaba batanezerejwe n’ivyashikirijwe nuwo muvugizi wa CNDD FDD kuko ngo humvikanamwo cane imvugo yamoko ivyo navyo ngo bikaba bishobora gucanishamwo abarundi.

Gelase

Umviriza hasi ivyumuvugizi wa CNDD FDD yashikirije abarundi n’amakungu