UBM News ads
Saturday, December 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Nimushigikire muri benshi umuririmvyikazi ” Olga Lorie ” mu kumutora kugirango abandanye muri Final ya Primusic

Umuririmvyikazi rurangiranwa amaze kubaka izina mu muziki wi Burundi ndetse akaba anasanzwe afise ijwi ryiza mukunda muri benshi ” Olga Lorie ” arasaba abantu mwese ko mwomushigikira mukamutora akinjira muri FINAL ya Primusic.

olga

Nkuko uno muririmvyi yabicishije kubuhinga ngurukana bumenyi, ubwiwe yavuze ko mumutoye muri benshi yuko bimuha amahirwe yo kubandanya.

Olga Lorie yagize ati : hay les ami(e)s harageze rero kumumfasha kugira shobore kubandanye nj muri final….so ndabasavy munshigikire muri benshi mukuntora par SMS wandika muri msg ijambo PRIMUS 1 ugaca urungika kuri 155 …muntoye muri benshi bimpa amahigwe yokubandanya murakoze.

Iyi nimwe mu ndirimbo yaririmbanye na Lolilo hamwe na Diamond

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments