Ino ndirimbo nshasha niyumuririnvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America asanzwe azwi kwizina rya D-Man,G-Rapper a.k.a B-Free, Nkuko yabitangarije ikinyamakuru cambere gikunzwe cane c’abarundi gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America ( UBM News ) D-Man yavuze ko ubu afise indirimbo nshasha azosohora mumisi irimbere zigera kuri 14, ariko kandi ngo murino minsi ariko aritegurira igiteramo yatumiwemwo kizobera mugisagara ca New York ” Africa Culture akaba ariryo zina ryitiriwe ico giteramo ”
Unviriza indirimbo yiwe nshasha hano musi ” Nimekwambia By D-Man ”
Recent Comments