Nimba LOLIANE ari umumenyeshamakuru,yoba akora kuyihe RADIO?

0

umuririmvyikazi w’umurundi INGABIRE Nadaut Lycette abenshi bazi kw’izina rya LOLIANE yoba asigaye ari umumenyeshamakuru nkuko amaze iminsi ashira amwe ma mu mafoto ku rubuga rwiwe rwa facebook na whatsap aho usanga kenshi aba afise icuma gikora mu gufata amajwi(micro).
lolilane na lolilo
Ikinyamakuru canyu ubmnews.com kikaba camwegereye mu gatururu ko muraka gatondo igenekerezo rya 19/9/2015 tumusanze aho asanzwe aba muri zone Nyakabiga, uyo muririmvyi tukaba twamubajije igituma umwanya wose ashira ama foto afise icuma gifata amajwi,tukaba twamubajije ko yoba asigaye ari umumenyeshamakuru,tuaramubaza n’i radio yoba asigaye akorera,LOLIANE akaba yatwishuye ati:<>.
l
Twobamenyesha ko LOLIANE asanzwe ari umuririmvyikazi aryohera abantu canu iyo ari mu biteramo n’umugabo wiwe LOLILO.