Nibwo bwambere Big Fizzo akoze ikintu nkiki ! Soma ngaha urabe ikintu gitangaje yakoze.

0

Umuririmvyi mukunda muri benshi naho ari mu Bufaransa, umuziki wo mu Burundi arawukurikirana hafi cane, n’ indirimbo zo mu Burundi ziramushikira bitamugoye.

Big Fizzo

Uyu munsi uno muririmvyi yerekanye ukuntu yakunze indirimbo nshasha ya Mkombozi , aho ndetse bisa nkivyatangaje aba fans biwe kuko batari bamenyereye kumubona avuga ivyerekeye abandi baririmvyi bagenziwe.

Fizzo

Kuba Big Fizzo yashimye kuvuga kuvyerekeye ino ndirimbo, biboneka y’ uko MKOMBOZI ariwe muririmvyi wa mbere BIG FIZZO yemera kuko n’ imboneka rimwe kubona BIG FIZZO yandika uwundi muririmvyi ku rubuga rwiwe.