Muri Tanzania hari ubugeni buheruka kuba kuburyo abagore bafise abagabo bari bitabiriye ubwo bukwe batamvye bimwe birengeje ariko icatangaje abantu benshi ndetse catumye benshi babavugako vyinshi ngo ni ukuntu bari bambaye ndetse nukuntu batambira imbere yabana bato atasoni bafise.
Amakuru adushikira avuga ko abo bagore batamvye kugeza naho batangura gukura impuzu bityo bamwe mu bari bitabiriye ubwo bukwe baciye batangura gutaha ndetse no gukura abana babo aho hantu.
Raba amafoto hano musi y’ukuntu batambira imbere y’abana.
Recent Comments