NGO UMUTEKANO WABA MSD URABANGAMIWE.

0

Nkuko Jean.Berchmas NTIBAZONKIZA asanzwe ari umunyamabanga nshirwa bikorwa muri MSD avuga ko hirya nino ibiziga vy’abanywanyi babo vyirirwa biratorwa mu mihingo nka yose y’Igihugu.

TTT

Yabandanyije atubwira ko muri ino minsi bamaze kubura abarongozi batari bake basanzwe barongoye abandi, ngo ivyo bigumavyerekana ko Reta itabanye neza n’imigambwe itavuga rumwe.

Jean Bosco NTIBAZONKIZA akarangiza asaba ko ubwo bwicanyi bwohagarara.