Amaradiyo akomeye mu Burundi yugawe ngo yoba agiye kwugururwa ? Soma ngaha mwumve

0

Inyuma y’umubonano w’Icegera ca mbere c’umukuru wigihugu yahaye abarongozi b’ibimenyeshamakuru hamwe n’abarongozi bama Radio yigenga cokimwe nimboneshakure nazo nyene zisanzwe zigenga, Antoine KABURAHE asanzwe arongoye ikinyamakuru IWACU aremeza ko muruwo mubonano bahawe na Gaston SINDIMWO ko bashoboye kuyaga ibitari bike.

kaburahe

 

Antoine KABURAHE akavuga ko yashoboye kubabwira y’uko atagihugu nakimwe coshobora gutwagwa ata ma Radio canke imboneshakure zisamirana mu Gihugu, KABURAHE abaka yabandanyije avuga ko kubona yashoboye gutanga uwo mubonano biboneka ko ikibazo kijanye nivyama Radio n’imboneshakure vyoba biri hafi guhabwa uruhusha kugira bitangure gukora ukuri kwamye.

Twobamenyeshako murico kiganiro carangije amenyesheje ko ico kibazo catanguwe kw’igwa.