Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeLoveNgizi hano Position 4 zidasanzwe zogufasha gushimisha umukunzi wawe (+18 )

Ngizi hano Position 4 zidasanzwe zogufasha gushimisha umukunzi wawe (+18 )

Mu gihe mu makuru yacu aheruka twababwiye uko wokora igikorwa mu kinyamazuri bita cunniling canke cunni, aho ari ukwonka canke ugufyeta igihimba c’irondoka c’umugore mu ntumbero yo kumuryohera. Uno musi tugaruka kuri zimwe muri Position zobafasha kurangura neza ico gikorwa.

Izo position zimwe ni nk’izo :

– Umugore ashobora kuba agaramye, amaguru apfunyije canke yaguye. Umugabo canke uwo bagira barangurane iryo banga nawe aba afukamye, umutwe uri mu maguru. Iyo ni Position abantu Bose basanzwe bakoresha.

– Position 69 : Iyo umugabo n’umugore baba bari muzungu wa ine, umwe wese aba afise umutwe wiwe uri mu maguru ya mugenziwe. Muri ico gihe uburyohe buraheza bugasangirwa kuko ic’umwe aba ariko akorera uwundi n’uwundi Nico aba ariko aramukorera.

– Umugore ashobora kandi kuba yicaye hejuru y’isura y’umugabo, aho naho rero hakaba hashobora kuba ukwinjira kw’ururimi mu gihimba c’irondoka, mu kinyamazuru bita Pénétration Linguale.

– Umugore ashobora kuba kandi kuba ahagaze, umugabo nawe afukamye. Iyi ariko ntiyoroshe, eka n’ugushikira igihimba bits rugongo canke Clitoris ntibiheza ngo vyorohere umugabo.

Isuku

Isuku rikwiye ni ngombwa mu gihe muriko mushaka kurangura iryo banga, nimba mwumva mutizeye isuku mufise ni vyiza kugenda mukiyuhagira. Haraho ariko rero umugabo abandanya yumva ko akamoto Atari Keza naho umugore aba yoze, ni vyiza ko umugore yoca aba umugabo ko yokoresha yabigenewe -Lubrifiant – .

Mu gihe c’ubutinyanka, c’uburumbuke birakunda ko Cunni gikorwa, kiretse mu gihe uba ufise umugera wa SIDA. Ariko hari abagabo bamwe bashobora kwumva ko bashishwe kubera ukubona amaraso, kandi n’ukubatahura. Aho rero umwe wese aca akora Ico ashoboye.

Ingwara

Naho SIDA yandurwa game biciye muri ico gikorwa c’ugufyeta igihimba c’irondoka c’umugore, izindi ngwara zozo ntizokugera umutwe. Muri Ico gihe agakingirizo ntaco kogufasha, inzira imwe yo nyene ihari n’ukwihangana mu gihe wanduye.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments