UBM News ads
Saturday, March 2, 2024
No menu items!
UBM News ads

Ngiyi ya Video mwari murindiriye muri benshi yamaze kuja kumugaragaro ” I feel you By Inganji Music ( official Video )

Ino ni Video nshasha y’umurwi uzwi kwizina rya Inganji Music, amakuru UBM News duhabwa numwe mubanyamakuru baba mu Burundi, we yatubwiye ko bano baririmvyi ko bakiri bashasha ndetse ngo bafise indirimbo zitatu zonyene bamaze gusohora hamwe na clip imwe yi Video ariyo yiyi mubona hano musi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments