Ndakuzirikana by K Ross Kigoma ft Mkombozi Official Video 2014

0

Amashusho y’indirimbo Ndakuzirikana y’umunyarwanda K Ross Kigoma hamwe na Mkomboz yamaze kuja hanze.K Ross ngo yizeye ko iyi ndirimbo izomufasha kumenyekana cane cane ko yayikoranye n’umuririmvyi akunzwe mu Burundi.