Umuririmvyi w’umurundi asigaye akunzwe cane murino minsi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Mt Number One ” ahejeje gushira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha yahaye izina rya ” kaze mu rwuzuye ” ino ndirimbo ikaba ikomeje kuryohera abantu benshi cane , ubwo nawe yunvirize hanyuma urangije uce uyigira Download.
Recent Comments