Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsNgiki hano igiteramo ca mbere kidasanzwe abaririmvyi b'abarundi baba muri America bimirije...

Ngiki hano igiteramo ca mbere kidasanzwe abaririmvyi b’abarundi baba muri America bimirije gukora.

Abaririmvyi batandukanye b’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America , bimirije gukora igiteramo kizoba kidasanzwe ndetse uravye n’ukuntu bariko baracitegurira biraboneka neza ko abantu bazohashika uwo musi ko bazotaha banezerewe.

East African Unit Concert

ico giteramo cahawe izina rya ” East Africa Unit Concert ” kizobera hano mu gisagara ca (Dallas, Texas ) kwigenekerezo rya 27 December muruno mwaka nyene turimwo wi 2014 aho kubijanye n’uburyo bwo kwinjira ngo azoba ari ama Dollar ( $20 ) yonyene gusa hanyuma naho kugirango wicare mu mwanya ukomeye witeka ( VIP ) akaba azoba ari n’ama Dollar ($30)

UBM News nkuko arico kinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America, twobamenyesha ko uwo musi tuzoba tuhari ndetse tukaba tuzobazanira vyinshi bizoba vyahakorekeye kuri uwo munsi witezwe n’abantu benshi.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments