Ngiki hano igihugu cemeye guha infashanyo u Burundi ingana ni millioni $ 25.000.000 y’abanyamerika

0

Mu masezerano igihugu ca turikiya kimwe mu bigize contina ya asia cagiranye nuwuserukira u Burundi murico gihugu ca Turikiya ,igihugu c’uburundi kigiye kugwirizwa imfashanyo cahora gihabwa nico gihugu ca Turikiya incuro zigera kuri 10 mu myaka 8 .

burundi tiriki

Imfashanyo izova kuri 2.5millions ishike kuri 25 millions yabanyamerika mumyaka 8
Ayo masezerano hagati y’igihugu ca turukiya hamwe n’Uburundi ategekanya ko azova kumahera yahora ahabwa uburundi angana na 2.5 millions y’amanyamerika hama bakaduza gushika kumahera angana na 25 millions z’amanyamerika.

UBM News tubibutse ko ivyo bizotuma reta y’UBurundi igenda yorohereza bimwe biboneka abanyamitahe bava murico gihugu ca Turikiya kugira bazane Imitahe yabo mu Burundi.