Monday, May 29, 2023
HomeLoveNgibi hano Ibintu wokorera umugore iyo mugiye gukora Sex bigatuma umushimisha cane...

Ngibi hano Ibintu wokorera umugore iyo mugiye gukora Sex bigatuma umushimisha cane (+18)

Abatari bake baribaza vyukuri ico yokora ngo bikunde umugore wiwe aryoherwe mu gitanda amuryohere bimufashe kubandanya bayaga bashika hamwe. Hari vyinshi abantu bokorera abakunzi babo ariko uno musi twashimye kubazanira bimwe murivyo, dufata ibishika kuri 5 gusa.

1. Gufyinisha : iyo Uzi ko mwahanye gahunda yo kurangura iryo banga Ku bubakanye, ni vyiza ko igikorwa gutangura hakiri kare. Burya ico gikorwa kiritegurirwa, muyagishe neza, murungikire utujambo twiza turengeje kuri uwo musi, mwibutse ibihe bimwe bimwe vyiza mwabanyemwo, gutyo atangura kukwipfuza hatari bwanagere, gutyo bituma n’uwo mwigeme mushika kurangira iryo banga umubiri wamaze kwitegura none igikorwa kikagenda neza.

2. Kurangiza : Burya kurya abagabo barangiza, intanga zigasohoka, uburyohe ukumva umengo buraheze canke buragabanutse; n’abagore nabo nuko bigenda. Igihe cose iyo uriko urarangura ibanga n’uwo ukunda uritwararika kumenya ko yahejeje, kuko nutavyotwararika ukiraba wenyene, uzotuma asigara mu ubuzima bubi kuko aribwa cane igihe uburyohe nawe butarangiye. Ico kikaba wanashaka kimwe mu bituma abakobwa canke abagore bagenda guca inyuma yabo bubakanye bakarondera abo bita abapfubuzi babashikanira aho abagabo babo batabashije kubashikanira.

3. Surprise : Naho abenshi batabizi burya Surprise ni Nziza cane Haba mu Rukundo canke no mu gitanda. Abagore barakunda ko babona utuntu dushasha rimwe na rimwe. Aho twovuga nk’ukumuhindurira ama Position aba amenyereye ko mukoresha, ibibanza mukoreramwo iryo banga, U kurondera ibindi bice vy’umubiri vyomufasha kuryoherwa mu gihe uriko urabikorakora canke n’ibindi vyinshi.

4. Ukunyazwa : Uwo n’umugirwa ukorwa na bamwe ariko abandi batavyerekwa, ariko abenshi mu bamaze kuwukorerwa araryoherererwa cane ico gikorwa. Abagabo rero barakwiye gufasha gupima abagore ko boyikunda. Uti Bawukora gute? Uwo mugirwa wo kunyaza, n’ukurondera amazi umukobwa asanzwe asohora iyo yaryohewe, akunda kuba ari menshi kuri bamwe, abandi make, abandi Bobo ukibaza ko yoba yaranumye. Ariko abashakashatsi bavuga umigoret wese ayafise ahubwo ari ikibazo c’umugabo kutamenya kuyarondera.

5. Ugushimwa : Abagore rero barakunda guterwa amashurwe yaba igihe bariko barangura iryo banga canke mu buzima busanzwe. Ariko mu gihe bariko barangura iryo banga naho ni ngirakamaro kuko navyo bimufasha kwongereza uburyohe. Ni vyiza kwamenya ko ari mwiza, ariko avyotwaramwo neza, afise ibihimba bindi bitandukanye vyiza, eka aruta abandi bose wigeze kumenya.

Ariko naho tubabwira uko, mumenye ko ivyo vyose vyokorwa hariho ikiyago hagati y’umugabo n’umugore kuko arico ngirakamaro cane kugira umenye vyinshi kukari Ku mutima wiwe.

SRC : KYC

Must Read