Abahungu b’ubu ntibakimenya gufata neza abakobwa ibi rero bigaca bigatuma niyo bubatse ingo zitamara kabiri kubera kutamenya gufata neza abagore babo. Umukobwa mukundana uba ugomba kumufata neza mu buryo bwose bushoboka kandi bitagutwaye amahera. Iga kumukorera ibintu vyiza no kumukunda vy’ukuri haba mu majambo hamwe no mu bikorwa. abahungu bamenyereye ko aribo babanza gusaba umukobwa ko bokora imibonano mpuzabitsina, kuko umukobwa nubwo yoba abishaka bimutera isoni agahitamwo kwinumira ahubwo ubimubajije akakubwira ko atavyo ashaka.
Ibi ngiye kukubwira niwabikorera umukobwa, we ubwiwe azakwinginga agutakambire agusaba ko womwemerera mukaryamana.
1-Mu rukundo rwanyu, mwereke ko ata kikwirukanza, ko ufise umwanya wose, ubitware buhoro buhoro ariko buri munsi umwereka utuntu dutandukanye tumwereka ko umukunda vy’ukuri. Ntukaje utuma muba muri kumwe mwenyene ahantu hinyegeje, n’igihe bibaye ntukamwegere uze ugerageze wicare kure yiwe. Igihe muri kumwe mwenyene uze uririnda kumukora ku bice vy’ibanga, uze uramukora ku maboko, mwizosi, mu mushatsi no kw’itama. ndetse umwereke ko umwubashe ariko ko unamutinya.
2-Rimwe na rimwe uze urafata ikiganza ciwe hanyuma uhejeje uce ufata urutoki rwawe rumwe urucishe mu kiganza ciwe uduze buhoro buhoro kukuboko, uruduze ugeze ku rutugu use nk’utambika ujana kwizosi, uhejeje uce ureka ndetse unamurekure, haheze nk’iminota ibiri ubisubire hanyuma uhite umureka umuve iruhande uzobisubire nimwasubira kubonana.
3-Murabe mu maso hanyuma umwegere buhoro cane use nk’umwegereza umunwa wawe, niwaheza ukatishe umuhe aga Kiss kwitama koroheje kandi kagenda bukebuke, uhejeje uhindure umusaya buhoro cane umuhe akandi kurindi tama. Umwongorere akajambo keza kamwereka ko umukunda
4-Murwe munda cane umwiyegereze hahere nk’amasegonda 20 wamugumbiriye, uhejeje umurekure use nkuwumwigizayo umuraba mu maso. Ubundi uhagarare umere nk’uwegama ku gikuta maze umufate mu maboko yawe, murabana canke se yaguteye umugongo umufashe mu biganza, niwaheza umusunike umwigizeyo. Rimwe na rimwe uze uracishamwo umuterure, canke umuheke, aho rero ni murwego rwo kugirango umwereke ko umwishimiye.
5-Ugerageze umuganirize ibiganiro bimutwara umutima. Uti nk’ubu icokumpa turi twenyene canke nk’ubu twibera mwisi yacu twenyene nogukoresha iki? Ibiganiro nk’ivyo bituma yiyunvira cane kubyo nijiro ryose ryohera akikwiyunvira.
Ibi tukubwiye akenshi niwabikoresha bizotuma umukobwa abona ko umukunda ndetse ko umwitaho, akenshi niyo hagera igihe caho mupanga kuryamana, we ashobora kubikwingingira kuko kenshi abakobwa bakunda kuryamana nabo bunva bo ubwabo bakunda ndetse baba biyunvamwo.
Recent Comments