Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeLoveNgaya hano amwe mu mabanga 3 akomeye cane abakobwa badakunze kuvuga iyo...

Ngaya hano amwe mu mabanga 3 akomeye cane abakobwa badakunze kuvuga iyo ubabajije.

Hari abakunze kuvuga ko igitsina gabo yuko arico gikunda kunyegeza amabanga cane yamara ni ukwibesha kuko igitsina gore akenshi hari amwe mu mabanga akomeye cane gikunze kunyegeza , impanvu ya vyose nuko iyo ushatse kumenya ukuri bo usanga bakubwira ububeshi.

umukobw

Ngaya hano amwe mu mabanga 3 akomeye cane abakobwa badakunze kuvuga

1.Imyaka yabo

Ibi abashakashatsi bavuga yuko impavu ahanini abakobwa badakunze kuvuga imyaka yabo ngo nuko ngwiyo bayivuze akenshi bashobora guhomba ibintu vyinshi harimwo no kubura abagabo, iyo rero ubandanyije uhata umukobwa umubaza imyaka yiwe akenshi aca ahitamwo kukubesha akakubwira iyitariyo.

2. Ni abasore bangahe yakundanye nabo imbere yawe

Burya iki co nkuko twabitohoje twasanze abakobwa hafi nkabose bagihuriyeko n’abahungu ,ntamuhungu yigera abwiza ukuri umukobwa bakundana iyo amubajije abakobwa bamaze gukundana uko bangana akenshi inyishu amuha iza kuba ariyububeshi , kandi ni nuko n’abakobwa nabo atanumwe ashobora ku kubwiza ukuri iyo umubajije igitigiri c’abasore yakundanye nawe mbere yawe,ariko ngo ahanini umukobwa ngo akora ibi kubera ko agukunda adashaka kuguhomba.

3.Kwihagararako m’urukundo

Mu gihe umukobwa ari murukundo akora ibishoboka vyose kugirango arinde umusore bakundana ntamucike,ku buryo ico amusavye cose akimuha iyo agifise, ubushakashatsi bwerekana ko hafi igitsina gore cose ko kigerageza kwihagararako kuvyiyumviro vyabo kuburyo umuhungu bakundana adashobora kumenya ivyiyumviro aba afise murako kanya bari kumwe, akarorero ngo ni nkaho womusaba ko muryamana we akakweraka ko atabishaka nagatoya ariko kumutima wiwe atariko bimeze ahubwo nawe agukeneye vyahatari ariko kubera ukwihagararako agahitamwo kukwereka ko atabishaka.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments