NGAGARA: Ibigwanisho bitari bike nivyo vyatowe n’Igipolisi

0

Murikino gitondo niho igipolisi cazindutse kigira isakwa muri Commune ya NGAGARA ikaba yashoboye gutorayo ibigwanisho bitari bike ahanini bikaba vyari birwiriyemwo imyambaro y’igisirikare hamwe namasasu, amatopito, imbugita hamwe nibindi.
xx_3
dddd

xx

xx_4

xx_5
Tubajije umuvugizi w’igipolisi ariwe Pierre NKURIKIYE akaba yashoboye kutumenyesha yuko ibi bigwanisho biri mubanyagihugu arivyo biguma bisesa amaraso mw’ijoro nokumurango, ariko abanyagihu bo siko babibona bo bavugako ahubwo abo bapolisi ari bazinduka kare bazanye ivyo bigwanisho hanyuma bakaca babeshera ngo nabanyagihugu babitunze.
Tworagiza tubamenyesha yuko abarongozi bigipolisi hamwe nabigisirikare bari batanze ikiringo kitarenze uku kwezi.
Ikibazo twoca twibaza mbega kotwabonye hatorwa ibirwanisho tubabonye ababifatanywe? ubwo ivyabanyagihugu batubwiye ntivyoba arivyo ko aribo boba baza bizaniye ivyo bigwanisho?