NDIKUMWE NAWE niyo ndirimbo nshasha PIM na KOLLY baherutse gushira ahabona

0

Indirimbo NDIKUMWE NAWE Niyo ndirimbo abarimvyi babiri basanzwe bava mu Gatumba PIM na KOLLY baherutse gushira ahabona muri ino minsi.
iyo nndirimbo ikaba yakozwe nuyo muririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Yves Kolly abenshi bazi kw’izina rya Kolly the magic akaba asanzwe ari umuhinyanyuzi yemeye cane kandi akundwa cane hano mu gihugu c’ubururundi
pim na kolly
Nkuko Pim yabimenyesheje ikinyamakuru canyu ubmnews.com akaba yavuze ko iyo ndirimbo ari indirimbo iryoshe,indirimbo irimwo ubuhinga budasanzwe,indirimbo bibaza ko izobashikana kure yaba hano mu Burundi eka ndetse no mu makungu.
pim
twobamenyeshako uwo kenera iyo ndirimbo yoyisanga kuri Youtube.