Mu gihe Hari umwiherero wabagize intwaro n’abanyamigambwe, Umukuru w’igihugu Evariste NDAYISHIMIYE mu gihe yariko asubira inyuma Ku mvo abakozi bareta bipfuza ko imishahara iduzwa, Evariste NDAYISHIMIYE we abona ko IBI vyose biva ukuntu uwarondeye intahe y’ukwikukira yaraze abarundi uburozi bwo kudakora.

Mu majambo yerekanye canke yavuze n’ubu abona ko RWAGASORE mu gihe c’ijambo ryiwe yashikirije ahejeje kuronsa abarundi n’uburundi intahe yo kwikukira,vyaragaragaye ko yagumye ahanze amaso abakoroni mbere akabona anabemerera ko azoza arabaha raporo nabo bokwama bamuba hafi . Aho yagiranye ko abarundi bazomurabira mu bikorwa umukuru w’igihugu we yumvise ko RWAGASORE abazomuraba ari abakoroni mu bikorwa azobakorera.
Yerekana ko yagiye gutega amashirahamwe amakungu ariho havuye ingorane ko Ayo makungu aribo bakoroni nibo bahemba abakozi bareta bivuye ko tutu nk’abana babo . Aragaruka akagiriza ko kubera uwo Muco mubi,Abo Abakozi ba leta baciye bacika ibinebwe ko bazorya Ku mfashanyo za ba koroni





Recent Comments