Monday, September 26, 2022
HomePoliticsNatacha Yagarutse mu gihugu nyuma y'iminsi ari mu karuhuko mu butariyano

Natacha Yagarutse mu gihugu nyuma y’iminsi ari mu karuhuko mu butariyano

Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka arikumwe n’ umuryango wiwe batahutse bavuye mu karuhuko bari bamazemwo iminsi mu gihugu c’ ubutariyano.

Hari mu gatondo ko kuri uyu Wa gatanu igenekerezo rya 30/12/2016 mu masaha yo mu gatondo niho umuririmvyikazi Natacha arikumwe n’ umuryango wiwe niho bashika Ku kibuga c’ indege can Bujumbura aho biboneka ko Natacha yaje guhimbariza umwaka mu gihugu ciwe

Tworangiza tubamenyesha ko Natacha Ngendabanka azoba ari mu giteramo co kuri uyu Wa gatandatu igenekerezo rya 31/12/2016 harya kuri black and white

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...