Natacha Ngendabanka yaraye agarutse mu Burundi

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Natacha Ngendanka yaraye agarutse mu gihugu ciwe nyuma yaho yaramaze iminsi igera ku ndwi ari mu gihugu ca Tanzania.
natacha aganutse
Muri ico gihugu ca Tanzania,Natacha akaba yari yitabiriye Festival Mahraba,akaba kandi yaciye aboneraho akaryo ko gukora amasanamu y’indirimbo Unaniongopea,indirimbo yakoranye n’umugwi ukomeye cane murico gihugu,umugwi wa Yamoto Band.
natacha na mutonya wiwe abaje kumwakira
Natacha akaba yakiriwe n’abantu atari bake ku kibuga c’indege ca Bujumbura