NaTACHA NGENDABANKA YARATUNGANIJE IKIGANIRO KU BANDITSI N’ABAMENYESHAMAKURU

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Natacha yaratunganije ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 16/10/2015 kwi hotel club du lac tanganyika.
natacha comference
Muri ico kiganiro uyo muririmvyikazi yagiranye n’abanditsi n’abamenyeshamakuru akaba yashaka gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yakoranye n’umugwi ukomeye cane mu gihugu ca tanzania,umugwi wa Yamoto Band,Natacha akaba yaramenyesheje n’imigambi afise nyuma yo gushira ahabona iyo ndirimbo yakoranye n’umugwi Yamoto Band,indirimbo yitwa UNANIONGOPEA.
natacha6
Tworangiza tubamenyesha ko Natacha Ngendabanka ari umwe mu baririmvyi b’abarundi bariko barakora cane kugira umuziki w’ubuerundi umenyekane mu makungu