Natacha NGENDABANKA yaranezereje abakunzi b’umuziki ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore.

0

Umuririmvyikazi w’umurundi Natacha NGENDABANKA yaranezereje abakunzi b’umuziki ndundi kuruyu wa mbere igenekerezo rya 21/9/2015 ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore hari ku munsi Mpuzamakungu wahariwe amahoro.
natacha wow
Natacha NGENDABANKA akaba yararirimvye indirimbo AMAHORO ,indirimbo yaririmvye gushikaho itsinzi ry’abantu bari ngaho bahuguruka bagakoma amashi.
n
Twobamenyeshako ivyo birori vyari vyitabiriwe n’abakuru muri Reta aho twobabawiora nk’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO,umukuru w’igisagara ca bujumbura hamwe n’abandi banyacubahiro benshi.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here