Naho bokwigiza Inyuma amatora ntaco bidutwaye

0

Mu gihe umugambwe Uprona wa Concilie waronse intebe zibiri mu matora y’abashingamateka ku ntebe ijana ziteguwe mu nama nshingamateka, uwo mugambwe ubandanya kumenyesha ko ibijanye n’ukwitegurira amatora bibandanya kubwabo ngo ntacobaca intege.

ngo-3-66798

Uwo mugambwe ubicishije ku munyamabanga mukuru w’Uwo mugambwe Gaston Sindimwo ngo kuba higijwe inyuma amatora ntaco bibatwaye kubera atakizohinduka bazobandanya kwutegurira amatora y’umukuru w’igihugu kandi imigambi bafitiye abarundi ari yayindi nyene kandi izwi.