MUTAKURA: Ubaye umunsi ugira 3 atawusohoka canke ngo yinjire.

0

Ku Mutakura ubaye umunsi ugira 3 atawusohoka munzu kuko impande nkazose wihwejeje neza ubonako huzuye abapolisi hamwe nabasirikare bamaje kuhagira ibirindiro.

O

wihweje mumabarabara naho ntamuntu ushobora kubona amabarabara yose aragaragara ababoneka mw’ibarabara ubona ko ari abapolisi hamwe nabasirikare gusa aribo baguma bagira imigenderanire kuribo.

0

Abanyagihugu twashoboye kuyaga kuri téléphone batubwiye ko basigaye bibaza ko boba baba mu Gihugu coba citwa kogifise Demokarasi canke kokibamwo ibikoko.

FR

Tubajije Umuvugizi w’igipolisi yatubwiye yuko bariko barakora ibikorwa vyaminsi yose vyogusaka ibirwanisho.