Thursday, October 6, 2022
HomeNewsMusatanteri wo mu kanyosha ngw'ari mu batera ama grenade

Musatanteri wo mu kanyosha ngw’ari mu batera ama grenade

Ama grenade umunani niyo yatewe n’imbonerakure muri commune kanyosha aho zariko zitana mu mitwe n’abadashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, aho hari mu gatondo ko kuri uyu wa 6 rusama. Izo grenade zikaba zatewe abanyagihugu kwi barabara ry’indwi muri iyo commune nyene hakaba hakomeretse abantu bashika kuri 3.

imwe mumbonerakure zafatiwe k musaga yambaye impuzu z'igipolice
imwe mumbonerakure zafatiwe k musaga yambaye impuzu z’igipolice

Abanyagihugu no muri iyo commune bamenyesha ko n’uwurongoye commune ya kanyosha yarimwo mu bateye izo grenade. Uwo nawe ni Bampoye abraham naho ata vyemeye akamenyesha ko ababishikirije ari inyungu zabo bashira imbere.

Mwomenya ko muvyononekaye harimwo ibiyo vy’inzu vyatewe amabuye imbere yuko haterwa ayo magerenade.

Must Read

Umushingwamanza Sandra Ndayizeye yakuyemwo akarenge mu rubanza rw’uwo aburanira muganga SAHABO.

0
Umushingwamanza Sandra Ndayizeye aburanira muganga Sahabo Christophe yaraye akuyemwo akarenge mu rubanza rw'uyo yaburanira iki gihe apfungiwe mw'ibohero rya Ruyigi. Sandra Ndayizeye akaba yagiriyeko...