Musaga: Hatowe ibiziga bine muraka gatondo

0

Muri quartier Musaga iri muri komine  Muha kuruyu wa 3 hazindutse hibonekeza ibiziga 4 kw’ibarabara rya 2.

11902485_933948203335136_5638507536508378786_n (1)

Aho twahishikiye abantu bose twabajije batubwiye ko boba bararashwe mw’ijoro ryo kuwa 2 kandi abajejwe umutekano bakaba batashoboye kutureka tuje kuraba ivyo biziga mugabo munyuma tukaba twashoboye kuronswa urwo ruhusha. Gushika ubu ntituraronka abantu babamenye bo mu miryango yabo ariko munyuma baje kumenyekana ko ari imbonerakure zo muri CNDD-FDD.