UBM News ads
Monday, March 4, 2024
No menu items!
UBM News ads

Muri Video nshasha ya KOOK-K habonekamwo umukobwa yambaye ukuntu gutangaje !

Umuririmvyi amaze kubaka izina m’umuziki wi Burundi ” KOOK – K ” uyu musi yazindutse arafata amasanamu y’indirimbo yiwe yahaye izina rya ” I’m feeling it ” nkuko tuvyibonera bikaba biboneka ko ino Video izoza idasanzwe ndetse abenshi bakaba bayirindiranye igishika cinshi.

kok

Raba hano musi amafoto y’ukuntu ino sanamu izoza idasanzwe.

kook

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments