UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Muri Kenya umugabo Yiyahuye yiziza ko umugore wiwe amubwiye ko atakimushimisha mu gihe co gukora imibonano mpuzabistina ! Raba hano

UBM News ads

Umugabo azwi kwizina rya Nwandu wo muri Kenya yariyahuye nyuma y’uko abwiwe n’umugore wiwe ko atakimushimisha mu buriri.

Kubura ubushobozi ngo uyu mugabo yoba yarabitewe n’indwara yarwaye ku myanya ndangagitsina yiwe, aho yaramaze iminsi atabanye neza n’umugore wiwe kubera ico kibazo.

Uyu mugabo uvuka ahitwa Obgaru muri leta ya Anambra yar’amaranye n’umugore wiwe imyaka irenga indwi gusa mu minsi mike gusa iheze akaba ariho yagize iki kibazo co kunanirwa gukora imibonano mpuzabitsina.

Umubiri wuno mugabo ukaba wajanywe mu bitaro ya Federal Medical Centre Montuary kugira ngo bikorerwe isuzuma nk’uko bitangazwa na Polisi mu gihe n’iperereza rikiri gukorwa.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments