UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ngaya amakosa 9 akomeye cane ukwiye kwirinda mu gihe ugiye gukora imibonano mpuzabitsina

UBM News ads

Mu gihe ugeze mu gitanda ugashaka gukora imibonano mpuzabitsina hari ivyo ukwiye kubanza kwitaho, harimwo no kubanza gutegura umugenzi wawe kugirango nawe yisange mu gikorwa muba mugiyemwo.

Benshi mu bagabo b’abarundi baba hano muri America ndetse no kwisi yose ntibamenya amakosa bakorera mu buriri, kandi nyamara ivyo kubimenya birakenewe kuko bigufasha kugira vyinshi ukosora bigatuma urugo rwawe ruryoherwa cane.
Aya ni amakosa 9 ukwiye kwirinda gukorera mu gitanda :

1. Kudasomana

Abagabo benshi ntibakunze gusoma abagore mu gihe bari gukora imibonano mpuzabitsina. Iri ni ikosa rikomeye cane kuko biba bikenewe kugirango umunezero ubashe kwiyongera.

Impamvu usanga abagabo badakunze kubikora, ahanini biterwa n’uburyo bakora imibonano mpuzabistina bityo bigatuma batabasha kubona uko bosomana, Gusa ico twobabwira ni kugerageza kuja murasomana mu gihe muriko murakora ico gikorwa c’urukundo.

2. Kugira aho umuruma imbere y’uko umutegura neza canke yitegura

Mu gihe c’umunezero udasanzwe ushobora kuba wogenda uruma ariko bitari cane ku bice bimwe na bimwe vy’umubiri wa mugenzi wawe. Aha twovuga :urutugu, umutwe w’ibere, izosi n’ahandi ariko ibi ubikoze utaramutegura neza bishobora ku mubabaza ndetse bikamutera uburibwe bityo ntimusangire umunezero.

3. Kutita ku bice vy’umubiri wiwe

Akenshi usanga abagabo bakurikira cane ku mabere ndetse n’imyanya y’igitsina c’umugore gusa ( Vagina ) . Aha ugomba kwitondera iyindi myanya isigaye igize umubiri muri rusange, aho ugomba no kwita ku bindi bice bigize umubiri, nko ku munanura umugongo, gukorakora kunda yiwe n’ibindi bice bishobora kumushusha no kumugusha neza

4. Kumushiraho ibiro vyawe vyose uko vyakabaye
Hari igihe ushobora kuja mu vyishimo ndetse bikaba ngombwa ko wibagira ukirekura wese ukamuryama hejuru uko wakabaye. Ibi si vyiza na gato kuko igihe umushizeho ibiro vyawe vyose ushobora no kumubuza guhuma neza.
Ibi rero ukwiye kuvyirinda kuko bimutera no kumva atisanzuye mu buryo mushobora gusangira umunezero.

5. Kurangiza vuba canke utevye .

Mu gihe urangiza vuba canke utevye hari ico bibangamira imibonano mpuzabitsina yawe na mugenzi wawe.

Iyo urangiza vuba bituma utagera ku rugero rwo kumushimisha kandi iyo urangiza utevye bimutera nawe kurambirwa .

Igihe rero udashobora gusuzuma kurangiza kwawe rero ukwiye kugerageza kugumya kumukinisha mu gihe warangije vuba kugirango nawe umufashe kugera ku vyishimo kandi nimba ubona uri burangize utevye komeza ugerageze kumuhindurira mu buryo atarambirwa kugirango agufashe kuza kurangiza.

6. Kutamubwira ko ugiye kurangiza (Gusohora)

Abagabo benshi ivyo ntiba vyitaho usanga ico bapfa ari uko bakora bakarangiza, muri make ntibaha umwanya mugenzi wabo kumenya ibiri kuba.

Nyamara nk’uko tubikesha urubuga rwai nterineti ask me ngo nivyiza ko umubwirako hari ikigiye kuba, aho bagira bati “biroroshe kuba wamubwira uti : “ngiye kurangiza

7. Gushaka gukora imibonano mpuzabitsina nk’uko ubibona muri filimi z’urukozasoni (Pornography)

Nubwo hari benshi ibi babikunda ariko si vyiza na gato gufata mugenzi wawe (umukobwa canke umugore) mugiye gukorana imibonano mpuzabitsina ugahita utangura kumukoresha uburyo wabonye mu ma Movie y’urukozasoni (Pornography ) utazi nimba abikunda canke se yonabishobora.

8. Gukora imibonano mpuzabitsina ucecetse utariko uravuga !

Abagabo benshi bakunda kwicecekera ahubwo bakiyunvira ko umugore bakorana imibonano kwahava atera hejuru akavuza urwamo yishimye. iyunvire rero hanyuma nawe umuhe icubahiro wumve ko akeneye kumva ko nawe wishimiye igikorwa murimwo, ushobora kuja ugira amajambo uvuga atuma yumva ko nawe vyakunyuze kandi wishimye.

9. Gucumagura nkaho ari inyundo ikwikira umusumari !

Ibi bishobora kukunezeza ndetse ukumva unaryohewe, yamara nanka kukubesha ibi abagore benshi ntavyo bakunda ndetse n’umugore wawe bwite yoba utabikunda ariko akaba yaratinye kubikubwira .

Ivyiza mu kunoza igihe cawe n’uwo mukorana imibonano mpuzabitsina, nuko warukwiye kumenya kwihuta ukanavangamwo no kugenda bukebuke, kuko imibonano mpuzabistina ni igikorwa gisabwa mwese muba muriko muragikora ko muvyishimira mukanezerwa.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments