UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Mu nyuma y’ababikira batatu, Bob Rugurika niwe ashobora kuba ashikiriwe kwicwa

UBM News ads

Abishe babikira batatu muri commune kamenge inkota ntirasubira mu rwubati kuko bivurwa ko hari umugambi wo kugandagura umurongozi wa RPA Bob Rugurika hamwe n’abasanzwe barongoye amashirahamwe adakiranira inyungu za Politique.

bob

Tubibutse ko uwo mugambi wari wavuzwe ko waguye mu mazi aho barekura uwo asanzwe arongoye RPA BOB Rugurika, bakaba bashatse kumumanukana mw’ijoro rya 18 ruhuhuma ariko aranka. Mu kiganiro yatanze yaranamenyesheje ko banashatse kubikora bakimudugana i Muramvya ariko naho nyene biranka kubera abantu bari bamaze kubimenya.

bob

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments