Mu ndwi 2 T-max na Martine Mati bazoba bakwije umwaka umwe bagize ubugeni

0

Timoteo Richard Francis Na mwata azwi nka T-max n’umutambukanyi wiwe Martine Mati bazokwiza umwaka umwe bagize ubugeni mu ndwi 2 ziri imbere azoba ari kw’igenekerezo rya 23/8/2015 nkuko Martine Mati yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews mu kiganiro twagiranye nawe ahari mu gihugu ca Hollande.
martine na tmax
Martine akaba yamenyesheje ikinyamakuru canyu ubmnews ko icatumye akunda T-max akanemera ko bubakana ari ku kubera T-max ari umuntu yubaha kandi ko yicisha bugufi cane.

Twobamenyesha ko T-max na Martine bari mu rukundo kuva mu mwaka wa 2008 ariko bakaba bagize ubugeni mu mwaka wa 2014: