Monday, September 26, 2022
HomeNewsMU MURYANGO WA AMIDOU HASSAN BARAYE BARONSE IKIBONDO

MU MURYANGO WA AMIDOU HASSAN BARAYE BARONSE IKIBONDO

Kw’igenekerezo rya 18/10/2015 wari umunezero udasanzwe cane mu muryango w’umumenyeshamakuru akongera akaba umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi INTAMBA MU RUGAMBA aho umutambukanyi wa Amidou Hassan yibaruka umwana w’umwigeme nkuko amakuru ikinyamakuru canyu dukesha Amidou Hassan
UMWANA WA AMIDOU
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,AMidou Hassan akaba yaragaragaje umunezero wiwe kubona aronse ikindi kibondo,ikibondo cavukiye mu bitaro vya Prince Regent Charles ku munsi w’ejo igenekerezo rya 18/10/2015 igihe c’isaha 10 z’umugoroba.
Tworangiza tubamenyeshako Umutambukanyi wa Amidou Hassan yitwa MUGISHA Sofia

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...