Mu gitondo co kuruyu wa 2 abapolisi bazindutse gusaka mu kinanira muri commune musaga.

0

Mu gitondo co kuruyu wa 2 muri commune musaga quartier kinanira abapolisi bazindutse barasaka barondera ibigwanisho nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews cari cahishikiye kwirabira ingene ico gikorwa cariko kirakogwa.

Aho hari mw'i jabe aho baja gusaka
Aho hari mw’i jabe aho baja gusaka

Abanyagihugu bo muri iyo quartier kinanira agashavu kari kose kubona aba polisi bazindukiye kubasaka mu gihe bababujije itiro bari barimwo.

Tubamenyesheko ico gikorwa atari ica mbere kibaye muri iyo Commune ya Musaga.