Mu gihe umwaka w’ishure ugiye gutangura ubukene buribonekeza mu bushikiranganji bw’indero.

0

Mu gihe umwaka w’ishure 2015-2016 ugiye gutangura kuva ku munsi wa mbere igenekerezo rya 21/9/2015 ubukene buribonekeza mu bushikiranganji bw’indero nkuko uwurongoye ubwo  bushikiranganji yabimenyesheje mu kiganiro yagiranye na bangezi bacu bakorera i radio bonesha fm.

3

Jeanvière NDIRAHISHA arongoye ubushikiranganji bw’indero akaba yamenyesheje ko ngo nubwo amashure agiye gutangura ubukene bwobwo bw’ibikoresho ntibubuze agasaba rero ko abofasha bofasha kugira ngo umwaka w’ishure utangure neza.

4

Twobamenyesha ko amwe mu mashure y’igenga yoyo yamaze gutangura umwaka w’ishure