Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsMu Burundi zaraye zihinduye imirisho, bamwe mu ba Jenerali ba CNDD-FDD baraye...

Mu Burundi zaraye zihinduye imirisho, bamwe mu ba Jenerali ba CNDD-FDD baraye babogojwe

Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100 /267 ryo kuruyu wa 5 igenekerezo rya 28 munyonyo 2014 rirahindura abategetsi benshi mu bibanza bitandukanye.

bunyoni
Commissaire de Police Chef Alain Guillaume Bunyoni

Akarorero ni Général Adolphe NSHIMIRIMANA yahora atwara ibiro vy’iperereza na Général Alain GuillaumeBUNYONI yahora ari umuahanuzi mwishikira mu biro kwa perezida.

Abenshi kugeza ubu bakaba bariko baribaza vyinshi vyoba vyihishe inyuma yibi bintu , ese wewe wibaza ko ariyihe mpanvu yoba yaraye itumye Alain Guillaume Bunyoni na Adolphe Nshimirimana babogozwa mu mabanga yabo.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments