Michou Zan wa Kod niwe yatahukanye 500.000 vy’amarundi mw’ihiganwa Buja Beach Bash

0

Umwe mu bahurikiye mu mugwi utamba wa hano mu gihugu cacu c’uburundi,umugwi wa Kod ariwe Michou Zan yaratahukanye agashimwe kangana amafaranga ibihumbi amajana atanu vy’amarundi mw’ihiganwa ryariko ribera kuri bora bora kw’igenekerezo rya 17/12/2017

Raba hano uko iryo higanwa ryagenze: