Rugongo ( Clitoris ) ni igice kimwe mu bigize imyanya ndangagitsina y’umugore ikaba ihererye harya haruguru ku ntango y’igitsina c’umukobwa ,ku myanya igaragara y’inyuma kikaba gifasha umugore kugira ubushake bwinshi bwo gukora imibonano mpuzabitsina.
iyo umugore ashatse imibonano mpuzabitsina,rugongo ( Clitoris ) ihita ivyimba ikamera nk’uko igitsina c’umugabo gihaguruka iyo abishatse,nubwo yo iba igaragara nk’aho ari akantu gato inyuma ariko ni nini kuko iba iri imbere mu gitsina c’umugore, inyuma rero hagaca hagaragara agace gato.
Akamaro ka rugongo kagaragara cane mu gihe co gukora imibonano mpuzabistina kuko yo ifasha umugore kurangiza neza.
Ku bagore bakunda kwikinisha ngo ibafasha kuryoherwa nk’aho bari mu gikorwa co gukora imibonano mpuzabistina na cane cane iyo bayikorakoraho basa n’abayivyiringira.
Ikindi ngo ifasha umugore gusohora iyo umugabo aba ariko arayikozaho umutwe w’ igitsina mu gihe co kurangura amabanga yabubatse . Iyo umugabo akoze gato kuri rugongo ( Clitoris ) naho yokozaho intoki canke ururimi nk’uko bamwe baja babikora mu gihe umugore yamaze gushukwa,rugongo ihita ihaguruka ku buryo umugore yonaryoherwa akanarangiza batiriwe bagira ikindi bakora.
Gusa rero umugabo aba agomba kwirinda gukinisha rugongo,umugore ataragira ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina (atarashukwa).
UBM News ” turagira inama abagabo b’abarundi baba hano muri America bafise abagore ko boza baritwararika gukorakora kino gice kuko Iki nico gikomeye ku mugore gituma agira ubushake bwo gukora cane imibonano mpuzabistina ( Sex ) ,iyo umugore atagifise ntabwo biba vyoroshe kuba yogira ubushuhe.
Recent Comments