Inonkuru ndavyizera ko atari ubwambere uyibonye ariko dushimye kuyishira kuri UBMNews kugira nabatabibonye babibone.
Ndabizi Namajambo menshi amaze kuvugwa kuvyerekeye Steven Kanumba ariko Wunvirije kino kiganiro niho uza kumenya ukuri aho kuri.
Hariho abiyunvira bati : Jeee Steven Kanumba azogaruka ? canke ubu arihehe ko yapfuye ? inyishu zose uraza kuzunva bandanya wunviriza uramenya vyinshi cane utaruzi kubijanye na Steven Kanumba.
NI KWELI KANUMBA FREEMASONS ALIKUWA ?????? – 1
NI KWELI KANUMBA FREEMASONS ALIKUWA ?????? – 2
Recent Comments