UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Menya impanvu ikomeye yatumye Kizito Mihigo kugeza ubu aza ari mumaboko y’abajejwe umutekano mu Rwanda ”

UBM News ads

Abajejwe umutekano bo mu gihugu c’Urwanda bataye muri yompi umuririmvyi w’igihangange yitwa Kizito Mihigo. Uwo yafatiwe hamwe n’abandi babiri harimwo umusirikare yitwa Jean Paul Dukuzumuremyi, be n’uwitwa Cassien Ntamuhanga, arongoye insamirizi yaho mu Rwanda yitwa Radio Amazing Grace. uwo wamyuma yaramaze indwi yarabuze irengero.

Amakuru yatanzwe n’abajejwe umutekano baho mu Rwanda nkuko ikinyamakuru IGIHE.COM kibimenyesha, avugako abo bagabo 3 bagirizwa icaha co guhungabanya umutekano no kuba bakorana n’umuhari FDLR.

Iryo tangazo rivuga riti :” Mihigo, Ntamuhanga na Dukuzumuremyi bagiye kugirwako amatohoza kuba bafise aho bahuriye n’itegurwa ry’ibitero vy’itera bwoba mu Rwanda, gutegura gukuraho ubutegetsi buhari, gutegura iyicwa ry’abategetsi bakomeye bari mu ntwaro ndetse no kuvyura icuka kibi mu banyagihugu.”

Iryo tangazo ribandanya ryerekana ko bakekwako gukorana n’abatavuga rumwe n’intwaro bari mu mugambwe wa Rwanda National Congress (RNC)hamwe n’umuhari wa FDLR, eka bakekwa ko boba bakorana n’akarwi k’abantu batera ama “grenade”aho mu Rwanda.

Raba imwe mundirimbo yaririmvye :

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments