MASTERLAND NA KOLLY THE MAGIC BAGIYE GUSHIRA AHABONA INDIRIMBO YITWA URABARUTA

0

Abarimvyi 2 ba hano mu gihugu c’uburundi aribo Masterland na Kolly the Magic bagiye gushira ahabona indirimbo iryoshe cane,indirimbo yitwa URABARUTA nkuko umuririmvyi Masterland yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews.com mu kiganiro twagiranye tumusanze ku nzu ihinyanyura indirimbo ya INDONYI RECORDS.
masterland
Masterland ati:abakunzi b’umuziki w’uburundi borindirana igishika cinshi iyo ndirimbo URABARUTA kuko n’indirimbo iryoshe,indirimbo twizera ko izobashimishwa benshi.
mastarland pro

Tworangiza tubamenyeshako iyo ndirimbo izoja ahabona kw’igenekerezo rya 20/10/2015.