Marina BARAMPAMA: Ngo itegeko rituzuriza bose iryo s’itegeko.

0

Mu nyuma yaho Petero NKURUNZIZA asohoreye itegeko rivuga y’uko umuntu wese w’umunyepolitike yagiye mu myiyerekano ko atazoshirwa muriryo tegeko rishasha, Marina BARAMPMA we siko abibona ngo icari gikenewe muriki gihe n’ukuraba ukuntu abarundi bosubira kubana mu mutekano ntangere.

V

Akaba yabwiye ikinymakuru canyu  ubmnews.com ngo kugira uburundi buzove mu manga bwinjiyemwo buzoyigora ngo kuko ahogutorera inyishu ahubwo baguma bongereza amakosa.

Akaba yaciye atanga akarorero ngo umuntu yihweje uburundi bwo 1962 akongera akihweza uburundi bwubu (2015) ngo yoca abona ko hahindutse ikintu kinini cane.

Tworangiza tubamenyeshako Marina BARAMPAMA asanzwe ari Umunyamabanga mukuru m’umugambwe wa UPD Zigamibanga.