Marguerite Barankitse n’ishavu ry’inshi cane yavuze amajambo arimwo ibitutsi abwira umukuru w’igihugu:Umviriza hano amajwi

0

Marguerite Barankitse asanzwe arongoye inzu y’impfuvyi riri muntara ya Ruyigi yanamenyekanye cane nka maison Shalom yagiranye ikiganiro nimwe mumaradiyo asanzwe asamiranira mu gihugu ca Canada isanzwe izwi nka Radio canada info aho yari umutumire kugira avuge kubiriko birabera mu Burundi ni mpamvu nyamukuru yamuteye guhunga.

Barankitse

Marguerite Barankitse aganira numwe mubakenyezi bakora kuri Radio canada info yerekanye umubabaro hamwe n’ishavu aterwa n’ibihe igihugu kirimwo kiracamwo ariko aza kuvuga amajambo amwamwe asa naho akarishe ndetse benshi batanguye kuvuga kwo yoba yarenze akarimbi muvyo yoba yavuze.

Make mumajambo Marguerite Barankitse yashikirije , yagize ati: “ uburundi butwarwa n’umukuru w’igihugu arwaye mumutwe.

Ivyo akaba ari bike muri mvyinshi yashikirije ,amajwi yose ya Marguerite Barankitse yumvirize ngaha.