Major Désiré UWAMAHORO yungururijwe mw’ibohero ry’i Bubanza

0

Inyuma y’ukwumvirizwa muri Sentare y’iyungururizo kuri uwu wa gatanu, ingingo yafashwe ikaba ari iy’uko iyo ntwazangabo yungururizwa mw’ibohero rikuru ry’i Bubanza, aho araye ijoro ryiwe rya mbere kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2016.

nuy

Major Désiré UWAMAHORO yari amaze iminsi apfungiwe mw’igendereza, aho yari acunzwe bikomeye, yagirizwa amafaranga yanyuruje yo mu nzahabu.