UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Maisha Ya Dunia By Wise Boyz ft Mtoto Wa Shangazi ” Ino Video vyovyo izoza idasanzwe ! Raba hano Promo yayo.

UBM News ads

Ino ni ” Promo ” y’Indirimbo nshasha y’abaririmvyi b’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America, umwe mubaririmvye ino ndirimbo ” Mtoto Wa Shangazi ” aho yaganira n’umuyamakuru wa UBM News, ubwiwe yavuze yuko Video iri munzira, ubwo aba fans bose ngo bayitegane igishika cinshi kuko izoza ikoranye ubuhinga budasanzwe.

mtoto wa shangazi
Umuririmvyi abenshi bazi kwizina rya ” mtoto wa shangazi ”

Sivyimbeshere Video izoza imeze neza cane nkuko muvyibonera ngaho kuri Promo yayo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments