LUMITEL YASINYE AMASEZERANO N’ISHIRAHAMWE RY’UMUPIRA W’AMAGURU MU BURUNDI.

0

Ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru LUMITEL ryasinye amasezerano yo gukorana n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu burundi FFB nkuko nikinyamakuru canyu ubmnews.com cari cahishikiye ngaho ku cicaro gikuru ca FFB ahabereye ibirori vyo gushira umukono kuri ayo masezerano.
llumitel

Muri ayo masezerano,ishirahamwe LUMITEL rikaba ryatanze amafaranga angana imiriyoni ijana na mirongo umunani y’amarundi nkuko twashoboye kuvyibonera.

ffb

Tworangiza tubamenyeshako ivyo birori vyo gushira umukono hagati ya LUMITEL na FFB vyari vyatewe iteka n’umushingamateka Reverien NDIKURIYO.