Lt Gen Adolphe Nshimirimana yashinguranwe iteka bimwe bikomeye ” Raba hano amafoto

0

Iminsi 22 Irarumanye Uwahoze Arongoye Igendereza Lieutenant Adolfe Nshimirimana Agandaguwe, Uyumunsi Niho Yashingurwana Iteka aho Inkuka Yimisa Yokumusezera Iryanyuma Yabereye Kuri Cathedrale Regina Mundi hama ajanwa gushingurwa mu Kamenge.

adolphe

Amabarabara amwe amwe yo mu gisagara ca Bujumbura yari yugaye mu gitondo co kur’uno wa gatandatu n’abajejw’umutekano benshi bari bakwiragijwe hirya no h’ino mugisagara.

UBM News tubibutse ko Icegera ca Mbere cu Mukuru w’Igihugu Gaston sindimwo, Icegera 2 cu Mukuru wigihugu Joseph Butore, Umukuru w’Inamanshingamateka Pascal Nyabenda, Umukuru w’Inamankenguzamateka Reverien Ndikuriyo Nabandi Banyecubahiro Batandukanye Bakaba Baribishikiye Mu Nkuka Yimisa aho Inkuka Yimisa Irangiye Bahavuye Bashika Mu Kamenge Aho Bamuhambanye Iteka.

ado4-c5284

ado3-b3b6f

ado2-9078d

ado1-a9704

FB_IMG_1440238902494

FB_IMG_1440238886526

FB_IMG_1440238924614