Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsLouis Michel |  Nkurunziza yaratsinzwe ntakiri Mwihiganwa

Louis Michel |  Nkurunziza yaratsinzwe ntakiri Mwihiganwa

Press conference by Louis Michel, member of the EC in charge of Development and humanitarian aid
Press conference by Louis Michel, member of the EC in charge of Development and humanitarian aid

Ubutware buzova mu matora ya 2015 ntibuzokwemerwe n’umuntu uwariwe wese, ivyo vyashikirijwe na Louis Michel asanzwe ari umushingamateka w’ubumwe bwa buraya kandi akongera akaba n’umushikiranganji mu Bubirigi.

Mw’ijambo yashikirije yanasavye inama ya Buraya ko amahera yose y’abariko baratuma ibibazo mu Burundi birwira ko yohagarikwa aho ari, akongerako ko abariko baratuma Uburundi bumera nabi bokurikiranwa n’a CPI.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments